BUSINESS IS DYNACE GLOBAL (GOOD HEALTH &MUCH MONEY)
---
📜 *Amategeko y’Itsinda rya Dynace Global*
1. *Kubahana no kugira ikinyabupfura*
Twubahana, nta majambo mabi, nta gutukana, nta gusuzugura abandi.
2. *Kuganira ivy’iterambere gusa*
Ibishikirizwa bigomba kuba bijanye n’ubucuruzi, amahirwe, amahugurwa, n’inyigisho zitera imbere.
3. *Nta Spam*
Ntibirakwiye kurungika ama-link canke amafoto atajanye n’ivy’itsinda. Ibiriko ntibibe duplication.
4. *Kugira uruhara*
Twipfuza abanyamuryango bitanga, batanga intererano z’ibitekerezo n’ubumenyi.
5. *Kwirinda politike n’amadini*
Ntituvuga ibijanye n’amadini canke politike kuko atari intumbero y’itsinda.
6. *Gusangira amahirwe*
Iyo ufise iciyumviro canke akaryo keza, kirungikire abandi kuko twese turi kumwe mu rugendo rw’iterambere.
---
*N.B.*: Uwudakurikiza ayo mategeko ashobora gukurwa mw’itsinda.
---
n.